Classic Bowling n’umukino uryoshe cane, igihe cose uzokina uzoronka incuro 10, umukinyi akoresha umupira mu kuboko kwiwe kugira ngo atunganye inguvu zo gutera n’aho aja kugira ngo akubite hasi amacupa 10 ashizwe aho aja kurungika umupira. Inyuma y’incuro 10 z’ugutera umupira, umukinyi araronka amanota yiwe, uko akubita amacupa menshi niko amanota yiwe arushiriza kuba menshi.
Abanywanyi biyandikishije mu gisata bashobora gukina incuro 10 kumunsi baciye kuri *744*8#. Gukina kenshi bisaba kugura izindi ncuro
Igiciro: 200 fbu ku munsi
Abazoronka amanota menshi kundwi aba mbere bazoronka 50.000F, aba kabiri bazoronka 20.000F hama aba gatatu bazoronka 10.000F.